Translation from English to Kurundi and Swahili.

(0 reviews)
Brand
Microsoft
Sold by E-soko 24

Price
5,000.00 FBu /5000
Quantity
(1 available)
Total Price
Seller
E-soko 24
Bujumbura, Ntahangwa, Kamenge, Mirango II 12eme Av N.8
(0 customer reviews)
Top Selling Products

Reviews & Ratings

0 out of 5.0
(0 reviews)
There have been no reviews for this product yet.

Aha turahindura mu ndimi zitandukanye(Ikirundi, Icongereza, Igiswahili be n'igifaransa) inyandiko canke inzandiko zose mwipfuza my giciro ciza.  Nkumunyamwuga w’ururimi kandi yavyigiye, ndafise ugutahura kwimbitse gushingiye ku ndimi z'ikirundi, icongereza, igiswahili be n’igifaransa. 


Muvyo dukora harimwo


  • Gushira mu zindi ndimi Videwo (nimba iri mu kirundi ukaba ushaka ko tuyandikako amajambo Kuri Ecran yo murundi rurimi ajanye n'ibiba biriko biravurwa mw'ividewo).


  • Kwandika amajambo ari muri audio (Nk'akarorero ,Nimba audio yanyu iri mu congereza ugashaka ko tuzishira mu nyandiko y'icongereza nyene, canke mu rundi rurimi) mu buhinga bidasanzwe.


  • Ufise ikete canke igitabu ushaka ko tuguhindurira mu ndimi zitandukanye( Kurundi, Icongereza, Igiswahili, Igifaransa).


MN: Ivyo vyose tuzobigukorera dukoresheje intoke(manuellement). Nta application canke Software tuzokoresha. Izoba ari 100% original.


Kaze 

Related products

Product Queries (0)

Login Or Registerto submit your questions to seller

Other Questions

No none asked to seller yet

Top Selling Products